ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abakorinto 11:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo+, kuko bene wacu bavuye i Makedoniya+ bandonkeje cane ivyo nari mpajije. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose kandi nzobandanya gutyo+.

  • 2 Abakorinto 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Raba! Iri ni irigira gatatu+ niteguriye kuza iwanyu, yamara sinzobabera umuzigo. Kuko ntariko ndondera ivyo mutunze+, ahubwo ndondera mwebwe; kuko abana+ atari bo babwirizwa kuziganiriza abavyeyi babo, ahubwo abavyeyi ni bo baziganiriza abana babo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika