Nehemiya 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko bose bariko barondera kudutera ubwoba, mu kuvuga ngo: “Amaboko+ yabo azoregera* areke igikorwa, ku buryo kitazokorwa.” Mugabo ubu nukomeze amaboko yanje+. Nehemiya 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iki ni co cari catumye ahêrwa+: kugira ngo ngire ubwoba+, nkore gutyo, ncumure+ koko maze baronke akaryo ko gutuma ngira izina ribi+, kugira ngo bansige iceyi+.
9 Kuko bose bariko barondera kudutera ubwoba, mu kuvuga ngo: “Amaboko+ yabo azoregera* areke igikorwa, ku buryo kitazokorwa.” Mugabo ubu nukomeze amaboko yanje+.
13 Iki ni co cari catumye ahêrwa+: kugira ngo ngire ubwoba+, nkore gutyo, ncumure+ koko maze baronke akaryo ko gutuma ngira izina ribi+, kugira ngo bansige iceyi+.