1 Abami 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 abahungu babo bari barasigaye mu gihugu mu nyuma zabo, abo bene Isirayeli batari barashoboye gutikiza+, Salomo aguma abararika gukora ibikorwa vy’agahato vy’ubushumba gushika n’uyu musi+. Nehemiya 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Aba ni bo bakuru b’intara y’ubutware+ baba i Yeruzalemu+; mugabo mu bisagara vya Yuda haba Isirayeli+, abaherezi+ n’Abalewi+, Abanetinimu+ n’abahungu b’abasuku ba Salomo+, umwe wese mu ntoranwa yiwe, mu bisagara vyabo+.
21 abahungu babo bari barasigaye mu gihugu mu nyuma zabo, abo bene Isirayeli batari barashoboye gutikiza+, Salomo aguma abararika gukora ibikorwa vy’agahato vy’ubushumba gushika n’uyu musi+.
3 Aba ni bo bakuru b’intara y’ubutware+ baba i Yeruzalemu+; mugabo mu bisagara vya Yuda haba Isirayeli+, abaherezi+ n’Abalewi+, Abanetinimu+ n’abahungu b’abasuku ba Salomo+, umwe wese mu ntoranwa yiwe, mu bisagara vyabo+.