ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kandi Miriyamu yaguma yitabira+ abagabo ati:

      “Ririmbira Yehova+, kuko ashizwe hejuru cane+.

      Ifarasi n’uwuyigendesha yajugunyiye mu kiyaga+.”

  • 1 Samweli 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko bashitse, Dawidi agarutse avuye kwica Abafilisitiya, abagore batangura gusohoka bavuye mu bisagara vyose vya Isirayeli baririmba+ bongera batamba kugira basanganire Sauli umwami, bafise utugoma+, banezerewe+ kandi bafise ibitari.

  • 2 Samweli 19:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Uyu musi mfise imyaka mirongo umunani+. Mbega noshobora kumenya gutandukanya iciza n’ikibi, canke jewe umusuku wawe noshobora kwumva uburyohe bw’ivyo norya n’ivyo nonywa+, canke noba ngishobora kwumviriza+ ijwi ry’abaririmvyi n’abaririmvyikazi+? Kubera iki none jewe umusuku wawe nosubira kubera umuzigo+ umukama wanje umwami?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika