2 Ngoma 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Abalewi+ bo mu bahungu b’Abakohati+ n’abo mu bahungu b’Aba-Kora+ barahaguruka kugira bashemeze Yehova Imana ya Isirayeli n’ijwi rirenga bimwe bidasanzwe+. Zaburi 77:1 Bibiliya y’isi nshasha 77 Nzoririra Imana ubwayo n’ijwi ryanje+,Ndirire Imana n’ijwi ryanje, na yo ntizobura kuntega ugutwi+.
19 Maze Abalewi+ bo mu bahungu b’Abakohati+ n’abo mu bahungu b’Aba-Kora+ barahaguruka kugira bashemeze Yehova Imana ya Isirayeli n’ijwi rirenga bimwe bidasanzwe+.
77 Nzoririra Imana ubwayo n’ijwi ryanje+,Ndirire Imana n’ijwi ryanje, na yo ntizobura kuntega ugutwi+.