Yeremiya 32:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 kubera ububi bwose bwa bene Isirayeli+ n’ubwa bene Yuda+, ubwo bakoze kugira ngo bambabaze+, bo hamwe n’abami babo+, n’abaganwa babo+, n’abaherezi babo+, n’abahanuzi babo+, n’abagabo ba Yuda be n’ababa i Yeruzalemu.
32 kubera ububi bwose bwa bene Isirayeli+ n’ubwa bene Yuda+, ubwo bakoze kugira ngo bambabaze+, bo hamwe n’abami babo+, n’abaganwa babo+, n’abaherezi babo+, n’abahanuzi babo+, n’abagabo ba Yuda be n’ababa i Yeruzalemu.