ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 15:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+. Ntiyava mu bicumuro vyose vya Yerobowamu+ mwene Nebati, ivyo yacumurishije Isirayeli+, mu misi yiwe yose.

  • 2 Abami 17:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 kandi ng’aho kuri ivyo bibanza bikirurutse vyose babandanya kuhafumbishiriza umwotsi w’ibimazi nk’amahanga+ Yehova yari yaratwaye mu bunyagano kubera bo, baguma bakora ibintu bibi kugira ngo bababaze+ Yehova.

  • 2 Abami 17:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ku bw’ivyo Yehova arurumbira ishavu+ rwose Isirayeli, bituma abakura mu maso yiwe+. Ntiyasigaza n’umwe kiretse umuryango wa Yuda wonyene+.

  • Yeremiya 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Ariko rero, nimugende ku kibanza canje cari i Shilo+, aho nabanje gutuma izina ryanje riba+, murabe ivyo nahagiriye kubera ububi bw’igisata canje Isirayeli+.

  • Yeremiya 11:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Yehova nyen’ingabo ubwiwe, Umwe yaguteragira+, yakuvuzeko ivyago kubera ikibi c’inzu ya Isirayeli+ n’inzu ya Yuda, ico bo bakoze kugira bambabaze, mu gufumbishiriza Bayali umwotsi w’ibimazi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika