ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 22:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Gende munsigurize+ Yehova, twe n’abantu na Yuda yose, ku vyerekeye amajambo yo muri iki gitabu cubuwe; kuko ubushangashirwe bwa Yehova+ bwatururumbiye ari bwinshi kubera ba sogokuruza bacu+ batumvirije amajambo yo muri iki gitabu ngo bakore bisunze ibintu vyose vyanditswe ku bitwerekeye+.”

  • Gucura intimba 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Ba sogokuruza bacu ni bo bacumuye+. Ntibakiriho. Ariko twebwe, twabwirijwe kwikorera amakosa yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika