Nehemiya 12:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze nuriza abaganwa+ ba Yuda ku ruhome. Vyongeye, nshiraho imigwi ibiri mininiminini y’abaririmvyi y’ugukenguruka+ hamwe n’imigwi yo kubakurikira, umwe ukaba wagendera iburyo ku ruhome ugana kw’Irembo ry’Ibirundo vy’Umunyota+.
31 Maze nuriza abaganwa+ ba Yuda ku ruhome. Vyongeye, nshiraho imigwi ibiri mininiminini y’abaririmvyi y’ugukenguruka+ hamwe n’imigwi yo kubakurikira, umwe ukaba wagendera iburyo ku ruhome ugana kw’Irembo ry’Ibirundo vy’Umunyota+.