Ezira 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Inyuma y’ivyo bintu, ku ngoma ya Aritazeruzi+ umwami w’Ubuperesi, Ezira+ mwene Seraya+, Seraya mwene Azariya, Azariya mwene Hilikiya+, Nehemiya 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu kwezi kwa Nisani*+, mu mwaka ugira mirongo ibiri+ wa Aritazeruzi+ umwami, umuvinyu wari imbere yiwe, maze nk’uko bisanzwe ntora uwo muvinyu ndawuha umwami+. Mugabo sinari bwigere nijirwa imbere yiwe+.
7 Inyuma y’ivyo bintu, ku ngoma ya Aritazeruzi+ umwami w’Ubuperesi, Ezira+ mwene Seraya+, Seraya mwene Azariya, Azariya mwene Hilikiya+,
2 Mu kwezi kwa Nisani*+, mu mwaka ugira mirongo ibiri+ wa Aritazeruzi+ umwami, umuvinyu wari imbere yiwe, maze nk’uko bisanzwe ntora uwo muvinyu ndawuha umwami+. Mugabo sinari bwigere nijirwa imbere yiwe+.