Imigani 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntureke kugirira iciza abagikwiriye+ kandi ukuboko kwawe kuri n’ububasha bwo kugikora+. Umusiguzi 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze muri ko habonekayo umuntu akenye mugabo w’inkerebutsi, uwo atabara nya gasagara ku bukerebutsi bwiwe+. Mugabo nta n’umwe yibutse uwo muntu w’umukene+.
15 Maze muri ko habonekayo umuntu akenye mugabo w’inkerebutsi, uwo atabara nya gasagara ku bukerebutsi bwiwe+. Mugabo nta n’umwe yibutse uwo muntu w’umukene+.