Gusubira mu vyagezwe 32:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’ Imigani 28:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uwugenda ata mahinyu azokizwa+, mugabo uwuhetaraye mu nzira ziwe azogwa bukwi na bukwi+. Hoseya 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni nde ari inkerebutsi ngo ategere ivyo bintu+? Ni nde w’ubwenge ngo abimenye+? Kuko inzira za Yehova zigororotse+; abagororotsi ni bo bazozigenderamwo+, ariko abagabitanya bazozitsitaramwo+.
35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’
9 Ni nde ari inkerebutsi ngo ategere ivyo bintu+? Ni nde w’ubwenge ngo abimenye+? Kuko inzira za Yehova zigororotse+; abagororotsi ni bo bazozigenderamwo+, ariko abagabitanya bazozitsitaramwo+.