Esiteri 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo Umwamikazi Vashiti aguma yanka+ kuza, ntiyakurikiza itegeko ry’umwami ryari ryashikirijwe biciye kuri nya bakozi bo ku kirimba. Nuko umwami ararakara rwose, ubushangashirwe bwiwe bumururumbamwo+.
12 Mugabo Umwamikazi Vashiti aguma yanka+ kuza, ntiyakurikiza itegeko ry’umwami ryari ryashikirijwe biciye kuri nya bakozi bo ku kirimba. Nuko umwami ararakara rwose, ubushangashirwe bwiwe bumururumbamwo+.