2 Samweli 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Isandugu ya Yehova ishitse mu Gisagara ca Dawidi, Mikali+ umukobwa wa Sauli araba hasi acishije mw’idirisha maze abona Umwami Dawidi asimbasimba yongera atamba yizunguriza imbere ya Yehova; nuko atangura kumusuzugurira+ mu mutima+.
16 Isandugu ya Yehova ishitse mu Gisagara ca Dawidi, Mikali+ umukobwa wa Sauli araba hasi acishije mw’idirisha maze abona Umwami Dawidi asimbasimba yongera atamba yizunguriza imbere ya Yehova; nuko atangura kumusuzugurira+ mu mutima+.