Itanguriro 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abwira nya mugore ati: “Nzokwongereza rwose ububabare bw’ukwibungenga kwawe+; uzovyara abana mu misonga+, kandi uzohahamira umugabo wawe, na we azokuganza+.” Gusubira mu vyagezwe 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo+, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe, uwo mugabo yari aryamanye n’umugore n’uwo mugore nyene+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+. Yeremiya 31:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 atari irimeze nka rya sezerano nagirana na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, ‘isezerano ryanje bo barenze+, naho nari umugabo abagaba+,’ ni ko Yehova avuze.” Yoweli 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimuboroge, nk’uko umwigeme w’isugi akenyeye igunira*+ aborogera uwomubereye umugabo mu buto bwiwe. Matayo 24:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kuko nk’uko bari bameze muri iyo misi y’imbere ya rya segenya, barya bakanywa, abagabo bakarongora n’abagore bagashingirwa, gushika umusi Nowa+ yinjiriye mu bwato+,
16 Abwira nya mugore ati: “Nzokwongereza rwose ububabare bw’ukwibungenga kwawe+; uzovyara abana mu misonga+, kandi uzohahamira umugabo wawe, na we azokuganza+.”
22 “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo+, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe, uwo mugabo yari aryamanye n’umugore n’uwo mugore nyene+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.
32 atari irimeze nka rya sezerano nagirana na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, ‘isezerano ryanje bo barenze+, naho nari umugabo abagaba+,’ ni ko Yehova avuze.”
8 Nimuboroge, nk’uko umwigeme w’isugi akenyeye igunira*+ aborogera uwomubereye umugabo mu buto bwiwe.
38 Kuko nk’uko bari bameze muri iyo misi y’imbere ya rya segenya, barya bakanywa, abagabo bakarongora n’abagore bagashingirwa, gushika umusi Nowa+ yinjiriye mu bwato+,