8 Kandi amasigarira ya Yakobo, mu mahanga menshi, mu bisata vy’abantu vyinshi, azoba nk’intambwe mu bikoko vyo mu kibira, nk’intambwe y’umukangara y’umugāra mu masho y’intama, iyikandagira ikongera igatabagura iyo irenganye+; kandi nta murokozi aboneka.