ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.

      Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,

      Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+

      Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’

  • Esiteri 8:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ikopi+ ya nya rwandiko yategerezwa gutangwa bwa tegeko mu ntara z’ubutware zitandukanye zose, igakwiragizwa mu bisata vy’abantu vyose, kugira Abayuda bitegurire uwo musi ngo bihore+ abansi babo.

  • Zaburi 149:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Ngo hashitswe ukwihōra ku mahanga+,

      Uguhambarirwa ku miryango y’amahanga+,

  • Nahumu 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Yehova ni Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+ kandi yihora; Yehova arihora+ kandi arashangashirwa+. Yehova arihora abarwanizi biwe+, kandi agirira inzika abansi biwe+.

  • Luka 18:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mu vy’ukuri none, Imana ntizotuma ubutungane+ bushitswa ku bw’abatowe bayo, basemerera bayitakambira umurango n’ijoro, naho yiyumanganya+ ku biberekeye?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika