Esiteri 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko ico kintu umwamikazi yakoze kizosohoka kigashikira abagore bose bigatuma basuzugura+ abagabo babo+, igihe bazovuga bati: ‘Umwami Ahasuwerusi yavuze ko bazana Vashiti umwamikazi imbere yiwe na we ntiyaza.’
17 Kuko ico kintu umwamikazi yakoze kizosohoka kigashikira abagore bose bigatuma basuzugura+ abagabo babo+, igihe bazovuga bati: ‘Umwami Ahasuwerusi yavuze ko bazana Vashiti umwamikazi imbere yiwe na we ntiyaza.’