Esiteri 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko Morudekayi+ amenya ibintu vyose vyari vyakozwe+; maze Morudekayi atantamura impuzu ziwe, yambara igunira*+ yongera yishirako iminyota+ hanyuma arasohoka aja hagati mu gisagara araheza araboroga n’ijwi rirenga n’intuntu+. Zaburi 65:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Wewe wumva amasengesho, emwe, abantu b’ubwoko bwose bazoza kuri wewe+. Zaburi 142:1 Bibiliya y’isi nshasha 142 Natabaje Yehova n’ijwi ryanje+;Natanguye kuririra Yehova n’ijwi ryanje ngo angirire ubutoni+.
4 Nuko Morudekayi+ amenya ibintu vyose vyari vyakozwe+; maze Morudekayi atantamura impuzu ziwe, yambara igunira*+ yongera yishirako iminyota+ hanyuma arasohoka aja hagati mu gisagara araheza araboroga n’ijwi rirenga n’intuntu+.
2 Wewe wumva amasengesho, emwe, abantu b’ubwoko bwose bazoza kuri wewe+. Zaburi 142:1 Bibiliya y’isi nshasha 142 Natabaje Yehova n’ijwi ryanje+;Natanguye kuririra Yehova n’ijwi ryanje ngo angirire ubutoni+.