27 Abayuda baritegeka bongera baremanga ku bwabo no ku bw’uruvyaro rwabo no ku bw’abokwifatanije na bo bose+ yuko bazokwama bahimbaza iyo misi ibiri bisunze ivyanditswe ku biyerekeye kandi bisunze igihe cayo cashinzwe, buri mwaka, ico kikazoba ikintu c’intahava.