ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Inyigisho yanje izotonyanga nk’imvura+,

      Ijambo ryanje riratemba nk’ikime+

      Nk’akanyanyaga ku bwatsi+

      Nk’imicuncubuko y’imvura ku vyatsi+.

  • Imigani 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Biciye ku bumenyi bwiwe, inyenga z’amazi zaratanijwe+, kandi ibirere vy’ibicu biguma bitibagura imvura ihwahutse+.

  • Yesaya 55:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko nk’uko imvura y’isegenya imanuka ivuye mu majuru, be na shelegi*, maze ntisubireyo itajobetse isi vy’ukuri ngo itume yimbuka kandi ikamera+, n’imbuto zigahabwa vy’ukuri umubivyi, n’umukate ugahabwa uwurya+,

  • Yeremiya 14:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika