Zaburi 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vuna ukuboko kw’umubisha, kw’umubi+.Nurondere ububisha bwiwe gushika aho utaba ukibubona+. Yeremiya 48:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “‘Ihembe rya Mowabu rirakondowe+, kandi ukuboko kwiwe kuravunywe+,’ ni ko Yehova avuze. Ezekiyeli 30:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira ndwanye Farawo umwami wa Misiri+, ndamuvune amaboko+, ugukomeye n’ukwavunitse+, ntume inkota ikoroka ivuye mu kuboko kwiwe+.
22 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira ndwanye Farawo umwami wa Misiri+, ndamuvune amaboko+, ugukomeye n’ukwavunitse+, ntume inkota ikoroka ivuye mu kuboko kwiwe+.