ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 38:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ababisha bimwa umuco wabo+,

      Ukuboko gukirurutse na kwo kukavunika+.

  • Zaburi 10:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Vuna ukuboko kw’umubisha, kw’umubi+.

      Nurondere ububisha bwiwe gushika aho utaba ukibubona+.

  • Zaburi 37:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko amaboko y’ababisha azovunagurwa+,

      Mugabo Yehova azoshigikira abagororotsi+.

  • Ezekiyeli 30:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Mwana w’umuntu, nzovuna koko ukuboko kwa Farawo umwami wa Misiri+, kandi, ehe ntikuzogenda gutubitswe kugira ngo gukizwe mu gushirwako igitambara co kuguhambīra+, gushobore gukomera ngo gufate inkota.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika