ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ngirira ubutoni, Yehova we; raba amarushwa yanje ntezwa n’abanyanka+,

      Wewe unduza ukankura mu marembo y’urupfu+,

  • Zaburi 107:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umutima wabo wanka urunuka ubwoko bwose bw’ibifungurwa+,

      Bashika ku marembo y’urupfu+.

  • Matayo 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Vyongeye, ndabikubwiye: Uri Petero+, kandi kuri ico gitandara+ nzohubaka ishengero ryanje, kandi amarembo y’ukuzimu+ ntazorinesha+.

  • Ivyahishuwe 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 n’umwe ari muzima+; kandi narapfuye+, mugabo, ehe ndi muzima ibihe bitazoshira+, kandi mfise impfunguruzo z’urupfu+ n’iz’ukuzimu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika