Yobu 33:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yegereza icobo+,Ubuzima bwiwe bukegereza abateza urupfu. Yobu 38:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mbega amarembo y’urupfu+ warayapfukuriwe,Canke amarembo y’igitutu kizitanye+ woyabona? Zaburi 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ngirira ubutoni, Yehova we; raba amarushwa yanje ntezwa n’abanyanka+,Wewe unduza ukankura mu marembo y’urupfu+, Zaburi 88:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko umutima wanje urambiwe n’ivyago+,Ubuzima bwanje bukaba bushitse ku munwa w’ukuzimu+. Zaburi 116:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Imigozi y’urupfu yarankikuje+,Amarushwa y’ukuzimu yaranshikiriye+.Naguma nshikirwa n’amarushwa be n’intuntu+. Ivyahishuwe 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 n’umwe ari muzima+; kandi narapfuye+, mugabo, ehe ndi muzima ibihe bitazoshira+, kandi mfise impfunguruzo z’urupfu+ n’iz’ukuzimu+.
13 Ngirira ubutoni, Yehova we; raba amarushwa yanje ntezwa n’abanyanka+,Wewe unduza ukankura mu marembo y’urupfu+,
3 Imigozi y’urupfu yarankikuje+,Amarushwa y’ukuzimu yaranshikiriye+.Naguma nshikirwa n’amarushwa be n’intuntu+.
18 n’umwe ari muzima+; kandi narapfuye+, mugabo, ehe ndi muzima ibihe bitazoshira+, kandi mfise impfunguruzo z’urupfu+ n’iz’ukuzimu+.