ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nuko haza urubura, n’umuriro urabagiza hagati muri rwo. Rwari rukaze cane ku buryo ata rumeze nka rwo rwari bwigere rubaho mu gihugu cose ca Misiri kuva cacika ihanga+.

  • Ezekiyeli 13:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma kandi haduka uguhuhuta kw’ibirura vy’umuyaga mu bushangashirwe bwanje; kandi mw’ishavu ryanje hazoza imvura y’isegenya isegenyuka, mu bushangashirwe habe iminana y’urubura yo gutikiza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika