1 Samweli 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Samweli aca ahamagara Yehova+, maze Yehova atangura kuzana imituragaro n’imvura kuri uwo musi+, ku buryo abantu bose batinya cane Yehova na Samweli. Yesaya 30:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ntazobura gutanga imvura ku bw’imbuto yawe ubiba mu butaka+, kandi bwa mwimbu w’ubutaka atange umukate, uwuzobwirizwa kuba unuze kandi utonyanga ivuta+. Kuri uwo musi, ibitungwa vyawe bizorisha mw’iragiriro ryagutse+. Yeremiya 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo ntibavuze mu mutima wabo ngo: “Dutinye rero Yehova Imana yacu+, Umwe atanga imvura y’isegenya n’imvura y’agatasi n’imvura y’impeshi mu kiringo cayo+, Umwe atuzigamira amayinga yashinzwe y’iyimbura+.”
18 Samweli aca ahamagara Yehova+, maze Yehova atangura kuzana imituragaro n’imvura kuri uwo musi+, ku buryo abantu bose batinya cane Yehova na Samweli.
23 Ntazobura gutanga imvura ku bw’imbuto yawe ubiba mu butaka+, kandi bwa mwimbu w’ubutaka atange umukate, uwuzobwirizwa kuba unuze kandi utonyanga ivuta+. Kuri uwo musi, ibitungwa vyawe bizorisha mw’iragiriro ryagutse+.
24 Mugabo ntibavuze mu mutima wabo ngo: “Dutinye rero Yehova Imana yacu+, Umwe atanga imvura y’isegenya n’imvura y’agatasi n’imvura y’impeshi mu kiringo cayo+, Umwe atuzigamira amayinga yashinzwe y’iyimbura+.”