Imigani 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mbega wabukubitijeko amaso, kandi ari ubusa+? Kuko butabura kwimerera amababa nk’ay’inkona, bukaguruka bwerekeza mu majuru+. Yesaya 40:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.”
5 Mbega wabukubitijeko amaso, kandi ari ubusa+? Kuko butabura kwimerera amababa nk’ay’inkona, bukaguruka bwerekeza mu majuru+.
31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.”