Yobu 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Irenganye nk’amato y’amarenga,Nk’inkona yirasa irya n’ino irondera ico kurya+. Yeremiya 49:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Raba! Umuntu azoduga nk’inkona maze ashunguruke kunyakura ikintu+, kandi azosanza amababa yiwe hejuru ya Bozira+; kuri uwo musi umutima w’abagabo b’abanyenkomezi ba Edomu uzoba koko nk’umutima w’umugore afashwe n’ububabare mu gihe c’ukwibaruka+.”
22 Raba! Umuntu azoduga nk’inkona maze ashunguruke kunyakura ikintu+, kandi azosanza amababa yiwe hejuru ya Bozira+; kuri uwo musi umutima w’abagabo b’abanyenkomezi ba Edomu uzoba koko nk’umutima w’umugore afashwe n’ububabare mu gihe c’ukwibaruka+.”