Itanguriro 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi igikoko c’ikinyeshamba cose, ikiremwa kiguruka cose co mu kirere be n’igifise ubuzima cose kigendagenda kw’isi, ndagihaye ibimera bitoto vyose ngo bikibere indya+.” Biraheza biba kuno. Zaburi 104:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amereza ibikoko ivyatsi bitoto+,N’ibimera ngo abantu bavyikoreko+,Ngo atume ibifungurwa bisokoroka biva mw’ivu+,
30 Kandi igikoko c’ikinyeshamba cose, ikiremwa kiguruka cose co mu kirere be n’igifise ubuzima cose kigendagenda kw’isi, ndagihaye ibimera bitoto vyose ngo bikibere indya+.” Biraheza biba kuno.
14 Amereza ibikoko ivyatsi bitoto+,N’ibimera ngo abantu bavyikoreko+,Ngo atume ibifungurwa bisokoroka biva mw’ivu+,