Guharura 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimba rero ukwo ari ko uriko urangirira, ndakwinginze unyice bihere biheze+, nimba nagize ubutoni mu maso yawe, noye kwitegereza ivyago vyanje.” 1 Abami 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko we aja mu gahinga, ahareha n’urugendo rw’umusi umwe, amaherezo aja kwicara munsi y’igiti kimwe c’umugoti+. Nuko atangura gusaba ko yokwipfira, avuga ati: “Biramaze! None rero, ewe Yehova, nkuraho+, kuko ntaruta ba sogokuruza banje.” Yobu 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kubera iki hari abarindira urupfu, ariko ntiruze+,Naho baguma bimba baruhiga kuruta uko bahiga itunga ryanyegejwe? Yona 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 None rero, ewe Yehova, ndakwinginze unyake ubuzima+, kuko gupfa bindutiye kubaho+.”
15 Nimba rero ukwo ari ko uriko urangirira, ndakwinginze unyice bihere biheze+, nimba nagize ubutoni mu maso yawe, noye kwitegereza ivyago vyanje.”
4 Ariko we aja mu gahinga, ahareha n’urugendo rw’umusi umwe, amaherezo aja kwicara munsi y’igiti kimwe c’umugoti+. Nuko atangura gusaba ko yokwipfira, avuga ati: “Biramaze! None rero, ewe Yehova, nkuraho+, kuko ntaruta ba sogokuruza banje.”
21 Kubera iki hari abarindira urupfu, ariko ntiruze+,Naho baguma bimba baruhiga kuruta uko bahiga itunga ryanyegejwe?