Yobu 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova yongera kubwira Shetani ati: “Mbega washize umutima wawe ku musavyi wanje Yobu, ukabona ko ata n’umwe ameze nka we mw’isi+, ko ari umuntu atagirako umugayo+ kandi agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+?” Yobu 6:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nimunyigishe, nanje ndaheza ncereze+;Ikosa nakoze murintahuze+.
8 Yehova yongera kubwira Shetani ati: “Mbega washize umutima wawe ku musavyi wanje Yobu, ukabona ko ata n’umwe ameze nka we mw’isi+, ko ari umuntu atagirako umugayo+ kandi agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+?”