Itanguriro 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+. Zaburi 33:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kw’ijambo rya Yehova amajuru yarakozwe+,Ku mpwemu yo mu kanwa kiwe na ho ingabo zayo zose zirakorwa+. Yesaya 44:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umucunguzi+ wawe n’Umubumvyi wawe kuva ukiri mu nda: “Jewe, Yehova, ndiko nkora vyose, nkaramvura amajuru+ jenyene, ngasasa isi+. Ni nde twari kumwe?
6 Kw’ijambo rya Yehova amajuru yarakozwe+,Ku mpwemu yo mu kanwa kiwe na ho ingabo zayo zose zirakorwa+.
24 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umucunguzi+ wawe n’Umubumvyi wawe kuva ukiri mu nda: “Jewe, Yehova, ndiko nkora vyose, nkaramvura amajuru+ jenyene, ngasasa isi+. Ni nde twari kumwe?