ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 26:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Iramvurira uburaruko mu kirere+,

      Isi iyeneneka ku busa;

  • Zaburi 104:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Witwikira umuco nk’impuzu+,

      Uramvura amajuru nk’igitambara c’ihema+,

  • Yesaya 40:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Hariho Umwe yibera hejuru y’umuzingi w’isi+, ababa muri yo bakaba ari nk’uduhori, Umwe aramvura amajuru nk’igitambara gihwahutse kinoze, akayasanza nk’ihema ryo kubamwo+,

  • Yesaya 45:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Jewe narakoze isi+, ndarema n’umuntu kuri yo+. Jewe—amaboko yanje ni yo yaramvuye amajuru+, kandi nategetse ingabo zayo zose+.”

  • Yesaya 51:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Uri nde ngo wibagire Yehova Umuhinguzi wawe+, Umwe aramvura amajuru+ agashinga umushinge w’isi+, ku buryo wama mu bwoba bukarinda bwira kubera ubushangashirwe bw’uwugusatira+, nk’aho yoba agabirije kuguhonya+? Ubushangashirwe bw’uwugusatira buri hehe+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika