ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 kugira ntihagire n’umwe aha na gatoyi ku nyama z’abana biwe azorya, kuko ata kintu namba azoba asigaranye kubera ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza mu marembo yawe yose+.

  • 2 Ngoma 36:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe.

  • Esiteri 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama.

  • Zaburi 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Wa mwansi we, ukugirwa umusaka kwawe kwarangutse rwose+,

      Mbere n’ibisagara waranduye+.

      No kuvugwa ntibazokwongera kuvugwa+.

  • Yesaya 10:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, avuze: “Ntimutinye, emwe bantu banje muba i Siyoni+, kubera Umwashuri yahora abakubita inkoni+ kandi akababangurira ikibando nk’uko Misiri yagira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika