ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:66
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 66 Kandi ubuzima bwawe buzoba mu kaga gahebuje, wame mu bwoba ijoro n’umurango, kandi wamanire impungenge ubuzima bwawe+.

  • Yeremiya 38:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yeremiya abwira rero Zedekiya ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana nyen’ingabo+, Imana ya Isirayeli+, avuze: ‘Niwasohoka koko ukaja ku baganwa b’umwami wa Babiloni+, ntuzobura rero kubandanya kubaho kandi iki gisagara ntikizoturizwa umuriro, kandi wewe n’urugo rwawe muzobandanya kubaho ata kabuza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika