ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Izina ryawe+ niribe iryo kwizigirwa ryongere ribe irihambaye+ gushika igihe kitagira urugero, kugira ngo abantu bavuge bati: ‘Yehova nyen’ingabo+, Imana ya Isirayeli+, ni Imana kuri Isirayeli+,’ kandi inzu ya Dawidi umusavyi wawe ibe iyamaho imbere yawe+.

  • Yeremiya 31:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Bazosubira kuvugira iri jambo mu gihugu ca Yuda no mu bisagara vyiwe, ninakoranya imbohe zabo, bati: ‘Yehova aguhezagire+, ewe hantu ho kuba hagororotse+, ewe musozi mweranda+!’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika