Yeremiya 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uwuzoguma muri iki gisagara azokwicwa n’inkota n’ikigoyi be n’ikiza+; mugabo uwuzosohoka akishikana koko ku Bakaludaya babasugereje azobandanya kubaho, kandi azonyaga amagara yiwe+.”’ Yeremiya 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mbere nabwiye Zedekiya+ umwami wa Yuda nk’uko aya majambo yose ari+ nti: “Nimuzane amazosi yanyu munsi y’ingǒgo y’umwami wa Babiloni, mumukorere we n’abantu biwe mubone kubandanya kubaho+.
9 Uwuzoguma muri iki gisagara azokwicwa n’inkota n’ikigoyi be n’ikiza+; mugabo uwuzosohoka akishikana koko ku Bakaludaya babasugereje azobandanya kubaho, kandi azonyaga amagara yiwe+.”’
12 Mbere nabwiye Zedekiya+ umwami wa Yuda nk’uko aya majambo yose ari+ nti: “Nimuzane amazosi yanyu munsi y’ingǒgo y’umwami wa Babiloni, mumukorere we n’abantu biwe mubone kubandanya kubaho+.