Imigani 1:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nayo uwunyumviriza, azokwibera mu mutekano+ kandi ntahagarikwe umutima n’ugutinya amagorwa+.” Yeremiya 38:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Yeremiya avuga ati: “Ntibazogutanga. Ndakwinginze ugamburuke ijwi rya Yehova mu vyo nkubwira, maze bizokugendera neza+, ubandanye kubaho.
20 Mugabo Yeremiya avuga ati: “Ntibazogutanga. Ndakwinginze ugamburuke ijwi rya Yehova mu vyo nkubwira, maze bizokugendera neza+, ubandanye kubaho.