ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 20:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko bahaguruka kare mu gitondo maze barasohoka baja mu gahinga+ ka Tekowa+. Bariko barasohoka, Yehoshafati arahaguruka maze avuga ati: “Nimunyumve, ewe Yuda namwe ababa i Yeruzalemu+! Nimwizere+ Yehova Imana yanyu kugira ngo mumare ikiringo kirekire. Nimwizere abahanuzi biwe+ mubone kuroranirwa.”

  • Yeremiya 7:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mugabo iri jambo nararibategetse koko nti: “Nimugamburuke ijwi ryanje+, maze nzoba Imana yanyu+, namwe mube abantu banje; kandi muze mugendere mu nzira+ yose nzobategeka, kugira ngo bibagendere neza+.”’

  • Yeremiya 26:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko rero inzira zanyu n’ibikorwa vyanyu mubigire vyiza+, kandi mugamburuke ijwi rya Yehova Imana yanyu, Yehova na we azokwicuza ku bijanye n’ivyago yabavuzeko+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika