Imigani 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umutunzi na ntahonikora barahuye+. Uwabahinguye bose ni Yehova+. Yesaya 44:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ibi ni vyo Yehova avuze, Uwaguhinguye+ ari na We yakubumvye+, uwagumye agufasha mbere kuva ukiri mu nda+: ‘Ntutinye+, ewe musavyi wanje Yakobo, na wewe Yeshuruni+, uwo natoye.
2 Ibi ni vyo Yehova avuze, Uwaguhinguye+ ari na We yakubumvye+, uwagumye agufasha mbere kuva ukiri mu nda+: ‘Ntutinye+, ewe musavyi wanje Yakobo, na wewe Yeshuruni+, uwo natoye.