ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 31:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mbega Uwambumbiye mu nda si we yamubumvye na we+,

      Mbega uwaduteguriye mu gitereko si umwe rudende?

  • Yobu 34:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Hariho Uwutagiriye nkunzi abaganwa

      Kandi atitwararitse umunyacubahiro kumurutisha umutoyi+,

      Kuko bose ari igikorwa c’amaboko yiwe+.

  • Ivyakozwe 17:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kandi yakoze amahanga yose+ y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe ku buringanire bwose bw’isi+, ishinga ibihe+ n’imbibe z’aho abantu baba+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika