ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 34:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Hariho Uwutagiriye nkunzi abaganwa

      Kandi atitwararitse umunyacubahiro kumurutisha umutoyi+,

      Kuko bose ari igikorwa c’amaboko yiwe+.

  • Zaburi 139:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Amaso yawe yarambonye nkiri inda y’agasamo+,

      Kandi mu gitabu cawe ibihimba vyanje vyose vyari vyanditswe,

      Ku bijanye n’imisi vyabumbiweko+

      Kandi ata na kimwe muri vyo cari bwabeho.

  • Imigani 14:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Uwugunga umuntu mutoyi aba asize iceyi Uwamuhinguye+, mugabo uwumuninahaza ni uwugirira ubutoni umworo+.

  • Imigani 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Umutunzi na ntahonikora barahuye+. Uwabahinguye bose ni Yehova+.

  • Malaki 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Mbega twese ntidufise data umwe+? Mbega Imana yaturemye si imwe+? None ni kubera iki duhemukiranira+, mu guhumanya isezerano rya ba sogokuruza+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika