Matayo 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yezu amubwira ati: “Nimba ushaka gutungana, genda ugurishe ivyo utunze, uhe aboro, ni ho uzogira itunga mw’ijuru+, maze uze unkurikire+.” Luka 18:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Maze ako kanya nyene arahumuka+, aca atangura kumukurikira, aninahaza Imana+. Vyongeye, abantu bose ngo babibone, bashemeza Imana.
21 Yezu amubwira ati: “Nimba ushaka gutungana, genda ugurishe ivyo utunze, uhe aboro, ni ho uzogira itunga mw’ijuru+, maze uze unkurikire+.”
43 Maze ako kanya nyene arahumuka+, aca atangura kumukurikira, aninahaza Imana+. Vyongeye, abantu bose ngo babibone, bashemeza Imana.