Mariko 10:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Yezu na we amubwira ati: “Genda, ukwizera kwawe kuragukijije+.” Buno nyene arahumuka+, aca atangura kumukurikira mu nzira+.
52 Yezu na we amubwira ati: “Genda, ukwizera kwawe kuragukijije+.” Buno nyene arahumuka+, aca atangura kumukurikira mu nzira+.