ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+.

  • Yesaya 42:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri, Yehova, ivuze, Umuremyi w’amajuru+ akaba n’Umwe ahambaye ayaramvura+, Umwe asasa isi+ n’umwimbu wayo+, Umwe aha impemu+ abantu bo kuri yo+, agaha n’impwemu abagendagenda kuri yo+:

  • Yesaya 48:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Vyongeye, ukuboko kwanje ni kwo kwashinze umushinge w’isi+, kandi ukuryo kwanje ni kwo kwaramvuye amajuru+. Ndabihamagara, kugira ngo bigume bihagaze vyose hamwe+.

  • Ivyahishuwe 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 arahira Uwubaho+ ibihe bitazoshira+ yaremye ijuru n’ibiri muri ryo n’isi+ n’ibiri muri yo n’ikiyaga n’ibiri muri co+, ati: “Nta guteba+ kukihabaye;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika