Matayo 5:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Niwikiranure ningoga n’uwukwitwarira mukiri mu nzira, kugira nyene kukwitwarira+ ntagushire umucamanza, umucamanza na we akagushira umusuku wa sentare, maze ugatabwa mw’ibohero. Luka 12:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Nk’akarorero, igihe ujanye ku mutware n’uwo muburana, tangura kwitatura na we mukiri mu nzira, kugira ngo ntahave akujana imbere y’umucamanza, umucamanza akaguhereza umupolisi wa sentare, umupolisi wa sentare na we akaguta mw’ibohero+.
25 “Niwikiranure ningoga n’uwukwitwarira mukiri mu nzira, kugira nyene kukwitwarira+ ntagushire umucamanza, umucamanza na we akagushira umusuku wa sentare, maze ugatabwa mw’ibohero.
58 Nk’akarorero, igihe ujanye ku mutware n’uwo muburana, tangura kwitatura na we mukiri mu nzira, kugira ngo ntahave akujana imbere y’umucamanza, umucamanza akaguhereza umupolisi wa sentare, umupolisi wa sentare na we akaguta mw’ibohero+.