Yeremiya 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “‘Mugabo naho wokwiyuhagiza ivyitwa alikali kandi naho wokoresha isabuni nyinshi+, ikosa ryawe ryoguma koko ari ikirabagu imbere yanje+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. Malaki 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ariko ni nde azoshobora kwihanganira umusi w’ukuza kwiwe+, kandi ni nde azoshobora guhagarara niyaseruka+? Kuko azoba ameze nk’umuriro w’umutyorozi+ be n’isabuni+ y’umumesuzi+.
22 “‘Mugabo naho wokwiyuhagiza ivyitwa alikali kandi naho wokoresha isabuni nyinshi+, ikosa ryawe ryoguma koko ari ikirabagu imbere yanje+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
2 “Ariko ni nde azoshobora kwihanganira umusi w’ukuza kwiwe+, kandi ni nde azoshobora guhagarara niyaseruka+? Kuko azoba ameze nk’umuriro w’umutyorozi+ be n’isabuni+ y’umumesuzi+.