Hoseya 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Efurayimu arya umuyaga+ kandi yoma inyuma umuyaga wo mu buseruko bukarinda bwira+. Agwiza ukubesha n’ukunyaga+. Bagirana isezerano na Ashuri+, bakajana amavuta mu Misiri.
12 “Efurayimu arya umuyaga+ kandi yoma inyuma umuyaga wo mu buseruko bukarinda bwira+. Agwiza ukubesha n’ukunyaga+. Bagirana isezerano na Ashuri+, bakajana amavuta mu Misiri.