Abaroma 11:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kuko “ni nde yamenye umuzirikanyi wa Yehova+, canke ni nde yabaye umujanama wiwe+?” 1 Abakorinto 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko, ni nde mu bantu azi ibintu vy’umuntu atari impwemu+ y’umuntu iri muri we? Muri ubwo buryo nyene, nta n’umwe yamenye ibintu vy’Imana atari impwemu+ y’Imana.
11 Kuko, ni nde mu bantu azi ibintu vy’umuntu atari impwemu+ y’umuntu iri muri we? Muri ubwo buryo nyene, nta n’umwe yamenye ibintu vy’Imana atari impwemu+ y’Imana.